Bubanza imbonakazoza bayumvise 100/100
Cndd-fdd Commune Bubanza
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Cndd-fdd Commune Bubanza, Political Party, RN9, Bubanza.
02/04/2024
26/03/2024
Bubanza:
Aha ni ku mutumba mwiza wa Muhenga aho umunyamabanga w'umugambwe arik'umwe na biro yiwe baramutse bagendera imitumba itandukanye iri Muri zone Buvyuko yo muri komine yagutse ya kur'uy'umunsi wa kabiri 26/03/2024.
arongoye umugambwe mur'iyo komine yatanze impanuro nyinshi haba mumibano ,mumutekano atibagiye mukwitegurira amatora ya 2025.
Akaba yakebuye abagumyabanga bo kuri uyo mutumba kwama bafatanye munda haba mubibi canke mu vyiza birinde abobacanishamwo.
24/03/2024
Bubanza:
niwe agiye Guserukira abahumure bo muri komine yagutse ya mu mugambwe Cndd-Fdd Akaba asubiriye nawe yatorewe Guserukira abahumure bo mu Ntara yagutse ya .
Akaba yaragwaniye igihugu bimwe biboneka ubu Akaba Ari muzabukuru akarangwa n'uko atigera ananirwa mubikorwa.
tv
19/03/2024
Bubanza:
Kur'uyu wa kabiri igenerekezo rya 19/3/2024,Umunyamabanga w'Umugambwe muri komine yagutse ya arik'umwe nabiro yose yaramutse agendera imitumba ya , na .
Akaba yaciye asozerera k'Umutumba wa aho hose yaciye Abagumyabanga bavuga ko amatora ya 2025 bazotora umugambwe CNDD-FDD 100%.
Mbe ahandi murikukivi mukwitegurira amatora tugiye kujamwo??I Bubanza ni 100%
16/03/2024
Le parti célèbre , 3è Édition au stade INGOMA de . Les cérémonies ont été rehaussées par S.E le Président de la République du Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 en même temps le Président du conseil des sages accompagné par
16/03/2024
Bubanza:
💠Kur'uyu wa 15/3, Ubuserukizi bw'umugambwe muri komine ya Bubanza, bwaragendeye abagumyabanga bo ku mitumba ya Kanazi ,Nyarusange na Musigati kugirango bayage ibijanye na politique, iterambere n'umutekano. Biyemeje kwama batora 💯% nkuko umutumba wa Kanazi wama watoye 100%
16/03/2024
Murakoze muvyeyi wacu
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Website
Address
RN9
Bubanza
BUBANZA
