21/10/2025
Niharambe
Buri itariki 21/10 burimwaka Hama hahimbazwa umusi wokwibuka incungu ya demokarasi ivyo birori vyabaye mumakomine yose agize igihugu c'uburundi aha nimuri Aho hashizwe ingori zamashurwe Nindongozi zitandukanye akaba yashikirije ijambo abari bahari afatiye kumajambo incungu ya Demokarasi yakunze kuvuga bijanye na Demokarasi
Musomyi w'ibuka irihe jambo Incungu ya Demokarasi yakunda kuvuga
26/09/2025
GITEGA- BUGENDANA
Kuruwu wa gatanu igenekerezo rya ,26/09/2025 muri wa mugambi wimisi ijana y'ibikorwa umuhari wa Bakenyererarugamba mu Ntara ya Gitega baramutse bagendera komine Bugendana zone Gitongo ku mutumba Gitongo aho bifadikanije nabenegihugu mu bikorwa rusangi vyo guca imikobeko aho haciwe imetero 502 ,umushingamateka MANIRAKIZA Médiatrice akaba arongoye abakenyererarugamba mu Ntara ya Gitega yashimye uko ibikorwa vyagenze aho yahimirije abenegihugu guca imikobeko mumirima yabo ,agatanga nimpanuro zo kwirinda guharika,kugira isuku ,Ekawujejwe inkino,imibano,imicokama mu mubuserukizi bw'umugambwe CNDD-FDD mu Ntara ya yashimiye cane abitavye ibikorwa aho yabahamagiye guhagararira amahoro n'umutekano aca ahimiriza urwaruka kuja mu nzego zo z'umutekano no kwivuga abansi.
22/05/2025
tugire CNDD FDD Imyiyamamazo muri komine Bugendana muri stade HARATAHWA Aho yatewe iteka na Nyeniteka umunyamabanga Mukuru w'umugambwe CNDDFDD Hakaba harisinzi ry'Abagumyabanga
20/05/2025
imyiyamamazo muri zone Mugera Mumugambwe CNDD-FDD hakaba hinjiye Bashasha umuyoro
07/05/2025
ZONE MUTAHO :muri programme yo gusuzuma ibikorwa vyaranguwe mu misi ijana mubucimbiri,Uno musi umunyamabanga w'umugambwe CNDD-FDD muri Zone MUTAHO yazindukiye mugacimbiri MUSHIKANWA na KIGABIRO Ku mutumba MUSHIKANWA
07/05/2025
Kuri uyu wa kabiri le 06/05/2025 Nyakubahwa Musitanteri wa komine Mutaho ya zindukiye ku mutumba MUYANGE kuyaga n'abenegihugu kuri ibibinurikira:
1) Gutanga impanuro kukijanye ningo n'imiryango
2) Guhimiriza abenegihugu kwitabira ibikorwa rusangi vyo Gusanura ikiraro gifatanya mutumba Gitongo n'a Mwumba uciye Aho bita kurubaho ni gusibura ibarabara riva Aho bita kurubaho rija ku Muyange riciye I Mwumba
3) Kwitabira gutora amakarata y'itora ku benegihugu Bose bakwije imyaka yo gutora kurara batoye Ayo makarata ku musi wambere wo kuzitanga
4) Yahimirije abenegihugu bo ku MUYANGE kubaka amazu ku mabarabara bisunze intumbero yibigwati kandi basakaze amabati kugira bagwanye nyakatsi n'a nyagategura
Yasozereye kumpanuro zo kwijukira ibikorwa vyo kugwiza umwimbu mu muryango ni vy'iterambere rusangi ,birinde akaborerwe kugira twinjire mumbonakazoza ya Nyenicubahiro ya 2040-2060