vyakomeje gufata indintera ����
MUCO MEDIA
God is King Dom
13/04/2026
🇺🇸⚡⛪🇻🇦🇮🇷 Donald Trump yongeye gutera amajambo akomeye kuri Papa Léon XIV, umukuru wa Ekleziya Gatolika. Uwo mutegetsi wa Amerika yavuze ko uwo mupapa ariko “akina n’ibintu bikomeye” mu bijanye na Iran iri mu rugendo rwo kuronka ibirwanisho vya nucléaire.
Yarongeye avuga ko Léon XIV atari kuba ari i Vatican iyo ataba ari we ari ku butegetsi muri White House, mbere agakeka ko Ekleziya yoba yaratoye Umunyamerika (Robert Francis Prevost) kugira ngo yorohereze imigenderanire yayo na Leta Zunze Ubumwe za Amerika.
🔴Ku ruhande rwiwe, Papa ntiyariye umunwa : yavuze ko atiyumvamwo kuba umunyapolitike kandi ko adashaka kwinjira mu guterana amajambo na Trump. Yashimitse ko ubutumwa bw’Inkuru Nziza(Évangile) budakwiye gukoreshwa nabi mu nyungu za politike.
Mu mvugo yiwe yuzuye ubwenge, yavuze ko azoguma aharanira amahoro, agashigikira ibiganiro n’imigenderanire myiza hagati y’ibihugu, kandi agashaka inyishu z’ubutungane ku bibazo vyugarije isi. Yibukije ko abantu benshi bariko barababara, abataco bazira baricwa, maze asaba ko hogira abashira ijwi hejuru bagaharanira inzira nziza iruta intambara.
🟣 Biragaragara ko ari ugutana mu mitwe hagati y’ivyiyumviro vya politike n’ivy’ukwemera, ariko amajambo ya Papa yerekana neza ko amahoro n’ubuzima bw’abantu bikwiye kuza imbere ya vyose mu gihe uwundi wewe ashira i mbere intambara isesa amaraso y'inzirakarengane mu gushika kuco yipfuza.
Basomyi hagati ya Papa na Trump ninde ari mu kuri?
12/04/2026
🗳️😭🔥Irani yanze imiterere yose y’Amerika mu biganiro bigamije guhagarika intambara yabaye ejo muri Pakisitani Intumwa za Irani zavuze ko Amerika yazanye ibintu bitoroshye bibangamira uburenganzira n’ubwisanzure by’igihugu cya Irani.
Irani yavuze ko batiteguye kwakira ibyo byifuzo Amerika yananiwe kugeraho mu minsi 40 y'intambara Amerika yari yagerageje kugera ku ntego zayo binyuze mu biganiro ariko Irani yanze ibisabwa byose ivuga ko ari igitugu kitemewe kibangamiye inyungu za Irani.
Intumwa z’Amerika zari ziyobowe na Visi Perezida JD Vance mu gihe Irani yari ihagarariwe na Minisitiri w’ububanyi n’amahanga Abbas Aragchi na Perezida w’inteko ishinga amategeko ya Irani, Mohammad Ghalibaf Muri make, ibiganiro birarangiye, Irani yanze kwiyegurira kumeza
11/04/2026
31/03/2026
🚨🟢 INKURU NZIZA IREMEZA ABENEGIHUGU
Amakuru agezweho aremeza ko abanyagihugu bose borema, baba abari mu gihugu canke abari hanze yaco 🇧🇮
🎙️ Umuvugizi w’Igisirikare yatanze umuco wimbitse, yemeza ko ivyabaye ari isanganya ry’umuriro wadutse mu kambi 🔥
🛑 Nta kindi kidasanzwe kiri inyuma y’ivyo vyabaye.
⚙️ Ababijejwe umutekano n’ibikorwa vy’ihutirwa bariko bakora ubudasiba kugira ibintu vyose bisubire mu buryo bwiza vuba bishoboka.
🙏 Dusabwe twese kuguma dutekanye, twirinde gukwiragiza ibihuha, kandi dukomeze gufashanya muri ibi bihe.
Yakini Tv Burundi
Click here to claim your Sponsored Listing.
