Tegura ejo hawe

Tegura ejo hawe

Share

kinama buka

30/06/2025

Ubushobozi bwimana burengeye vyose burikintu cose uhoraho imana yagihaye ubushobozi bwokubaho ariko ishusho urikubona ifise inyisho kuribamwe murimwa vyimana imana yabahaye burikimwe kwisi arikisi numwasi wawe wewe iyibayeko ntukagire ubucuti nisi ivyisi ntukabihe ikibanza kinn mubuzima uribuka gukoeera ijuru ugamburukire imana ugire umutima utunganye utagira kujana nibihe vyo kuriyisi basokuru nabasogokuruzaza bayibaye ariko ntibakivugwa baribaginwe ncuti yanje Nkunda turimugendo rumwe niki ukwiye kumenya ukwiye kumenya burintabwe utera imana ihorana nawe habaha muvyo ukora menya wowe ko isi kuriwewe imeze kinyoni ikirinzima irya intozi ariko iyo ifuye zantozi nizi zihindukira kurya inyoni niryo shusho ryawe kuriwowe ucuditse nisi hinduka umenye ko imana izoraba iherezo ryiza nibyo wayikoreye biyihimbara amn

28/06/2025

ici imana yagusezeraniye izogish*tsa uhoraho imana iriko igitegurira ivyiza bizokwibagiza vyabihe yamisi yamibabaro wanyuramo izogukorera ivyo utari witeze kuko yo ntabwo ijinanigwa irumva igusenga kwawe izokubera inyishu vuguti shimwa mana

07/10/2023

Uko umuntu abaye kuriyisi afite aharonderera ubuzima hama ukaza kwisanga mubuzima bwumuruho bwogusuzugugwa bwo kutahabwa agaciro ariko weho ntacyo bigutwara kuko ukubayeho arubuntu bwimana kandi urizera kandi ugashima wenda icukora harabacanga ko batakwifuza kuba icuri ariko wowe ukagikunda kuko aricyo umutima ukunda kandi ugiha agaciro kuko aricyo kigutungiye abawe nubuzima bwawe ukwihangana kwawe mubuzima ucamwo nibwo buzagush*tsa ejo hawe heza

15/06/2022

Uhoraho mberumuco utazima uhorane nanjye mubuzima bwanjye

Photos from Tegura ejo hawe's post 16/03/2022

Tahura wowe ibuka ibihe wanyuzemwo bigutera kwumva nawe wiyanze wibaza ivyuriko unyuramwo ivyobihe nanone uhoraho yabonye ugutakamba kwaw ukwicisha bugufi kwawe uguha umwanya imana yawe mumutima wawe mane imaze kubona uyihaye ikibanza muri wowe izagukura ivyarizibiye imigisha yawe ivyari bizibiye umunezero wawe ivyari bizibiye kutumvikana nuwo mubana nanone izagukora ibitangaza kuri wowe icogihe kikugezeho utegerezwa kwishima nuko ncuti yanjye icyuri gihambaye kuriyi isi ntikigutume wigira agahambaye nyimba u kubaho kwawe wabayeho ubabaye kuribiriya wahuye nabyo. Shakisha kuzorangiriza mumunezero ntibyotubera kotwotangurira mumunezero hama ngo duhereze Shakisha

14/02/2022

Mana yanjye ubu njye mbayeho kubera wowe horana nanjye mbashye kuba Kure yibyisi bitagira umumaro kuri yasi zimurura twebw twazimiy mubyis none tubashye gukora ibiguhimbara

15/09/2021

Umusi mwiza kuriwowe ugiye /gusoma nanone izimpanuro ukamenya byishi bibaho numuti wavyo # # ๐Ÿ˜†ugutwenga kugaragaza kubantu kowishimye kandi umeze neza atacyo ubuze atabibazo ufite muriwowe ariko harugutwenga ufite agahinda keshi muri wowe ๐Ÿ˜”๐Ÿ˜„ ariko byose nyimba bidushikira tukababara byose bikwiye kubaho igihe cumubabaro kiza kuriwowe ngo kiguhindurire vyinshi kuri wowe uta bashagaho gutahura umubabaro wikintu kanaka nanj ntazi cangwa kubura ibintu wahora wizeyeko vyazagira icobiguhinduriye kubuzima

Uzamenyeko beshi bazokwanga ariko umenyeko harumuntu umwe imana izogusigariza usange aje guhindurara ubuzima bwawe uwugukunda numwe burigihe uzoba ubabaye urimungorane canke ubabaye atazobona amahoro atifuje kumenya igituma uri uko atarakumenyerey

08/09/2021
07/08/2021

mwiriwe neza gacuti zanje ndongey kubaramutsa

ubuni ubutumwa kuri muntu wese ukiri kwiyisi yanone # keshi urifuza kuronka ikintu kanaka urifuza Kuba ikintu kanaka harivyishi nanone uja utekereza kubuzima ufite bwaba bubi canke bwiza ufise Kuba ufise ubuzima bwiza ariko ukagira intumberombi bigatuma wewe wibona kuri agahambaye kuko winezereza kucyo ushatse noneho bigatuma harabantu rimwenarimwe ujya wirengagiza kuko harivyishi ufite abandi badafite

Tuvuge kubafise nanone ubuzima bubi atacyo bishoboje uyuri mubibazo keshi usengimana kugira igushoboze ubutumwa canke uve mubuzima bubi ubayemwo gutyo iyo imana iguhaye amahigwe yokuba icuri utazogira ubwigunge kubuzima ibubazo ubayemwo byishi nibije kuguha inyigisho kugira uzokwitahure iyo wavuye wongere witeho kuri muntu wese afise uwuje agusaba ubufasha mufashe uwuje akubwiye kwashonje muhe kuribike ufise uzobukoze igikogwa ciza ivyo dufise ntibitume twibagira ko imana yampay ejo izoha uwundi gutyo dutegure ejo hacu kubwiza twakoze๐Ÿ™‹๐Ÿ™‹๐Ÿ™‹๐Ÿ™‹๐Ÿ™‹๐Ÿ™Œ

02/06/2021

Ndabaramukije ncuti dusangiy urugendo harico wabikiwe hรฏr ivyo wabikiwe kubuzima ntakind abantu besh tubaho dufis intumbero mubuzima bwacu ariko haraho ducika intege takambira imana yawe mubijya bikunaniza murugendo gwaw musore canke wowe nkumi iyisi igeze aho isigaye iteye isoni kuko twebwe abayibayeho dusigaye dukora ibiteye iso mana dufashe uzoduhe iherezo Ruiz kuko idi igeze ahatemba ncuti urimumana gumamwo wowe wakiriye imana ukemera kariyo kibirengey gumamwo kuko abatarayimenya Akira ibiteye isoni igih cose mubasabira imibiriyanyu ntibaganze ahubwo mwebwe ubwanyu muyiganze Mbe????uramaze gushikigwa nikintu ukavuga ngo iyonamenya icimbipfuriza gendera mubuntu bwimana mukore ivyukugororoka kugira muze mugire iherezo ryiza

Want your business to be the top-listed Government Service in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Telephone

Website

Address

Jjk
Bujumbura