shalom shalom.mbahaye ikaze kurino chaîne yacu y'ijambo ry'lmana,aho izokwigisha: nigute wobaho wemerwa n'lmana,kuburyo lmana izagushingira intahe nkakumwe yayishingira yobu1:1...
mwakano kanya abantu birukiye gufana(...),reka natwe twifanire lmana
ni wewe gusa
ntakindi dukwiye kwitaho atari lmana gusa.matayo 6:33.abenshi bitaho amatungo yiyisi n'aba chr babo
shalom shalom
mbahaye mwiriwe👋👋 mwese mwizina rya yesu.nizereko be muguwe neza,natwebwe turashima😄. nahahoro aho muherereye?
👂👂 nashaka mbipfurije be kugubwa neza muri yesu,lmana ibazigame,ibarinde imitego🏹 ya wamubi shetani👹
mudaheba gukoranira hamwe,nkukobamwe bagira,arko muhanurane,kandukomubona wamusi wegereza murushirize kugenza murtyo. abaheburayo 10:25
burya shetani, mukukugwisha,atuma utangura kubona nabi abomufadikanije umurimo🤔 ukabanka,ugatangura kutaboneka
mumurimo,ugatangura kwifatanya nabasuzugura umuremyi wacu,mukanya ukaba uhuye!!!
ncuti zanje,kuberako n'umwana adatonda mubandi kw'ishure atamenya,niko n'ivy'lmana bimeze! yavuzengo: nkunda abankunda,kandi abandondera ubudahumeka,bazonbona.lmigani8:17
iyisi yatwaye abantu benshi ,kuko bashiza umutima wabo kumaronko y'isi kubirutisha segaba wamahanga,ariyo mana yacu🤭🤭
soma matayo6:33,reka guha umutima iyombwebwe sheta,kuko ntajuru afise,ataruko ashaka abo yisasira!! uwo twizera ni Yesu wenyene yadusezeraniye amazu menshi mwijuru kwadata.yohana14:2
nukuri kwuzuye,shetani n'umubeshi,kandi abahaye bamukurikira mwakinogihe nibenshi cane!!
aho ubwir'umuntu atikizwa,akaguteramabuye.wamubwirati urakagurumuduga,akagukeza. none ko Yesu asa nuwamaze guhonyoza ibirenge kubicu, ayamatungo,niyo azoyuvugira kuri bariyeri y'lmana??
yesu aramubwirati: egome ndabonako ivyagezwe wavyitondeye.ariko uhajije ikintu kimwe.nawe aramuvaza atikihe gamwigisha? yesati: genda ugurishe ivyutunze vyose ubihe aboro hama uheze unkurikire! wamusore ati: nukuri vyarivyo.ariko ndavye ukuntu nacumukuye mbirondera,ukabushaka ko nsubira kwitwa umukene! wapi genda ukurikirwe nabandi! abahomvye ijuru kubera itunga. acahezavugati: kiragoyeko umutunzi yinjira mubwami bw'ijuru,icoroshe,nuko ingamiya yoca muzuru ry'urushibge🤭🤭🤭
sinkubujije kurondera,wapi robdera,ariko wibukeko haruwakuremye,avuze ati baho ubaho, atihombo.urahomba.avuzati pfta,ntasegonda umara.avuze ati mundwi imwe uzobuguze imodoka cumi kabdi atanigihumbi ufise.indwintirenga.woba uhora wicara ukiyumvira kubukuru bwiyo Mana? uyiha ikibanza kingana gute mubugingo bwawe? uyivuga kangahe kumusi? aho wama wicaye niyuvuga? ije yosanga ariyo uhaye uravuga? 👂aho uwokubaza ati: ufanande? ntiwovuga ngo jewe mfa real madride,uwundi ngo ndumu barcelona?!!!!🤭🤭
mone ko uyihenda ngo urayikunda utayifana,umupagani nanyene atayifaba,iyomanayacu izoca ifanwa nande?
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
lmana iragukunda.gusa ishakako nawe uyikunda.abashaka gukunda lmana tuvuge ati : amen
Click here to claim your Sponsored Listing.
