30/08/2025
CNDD FDD Karusi
Compte officiel du parti CNDD-FDD en Commune Karusi, Province Gitega
30/08/2025
28/04/2025
:ubeserukizi bw'umugabwe muri zone bwazindutse bugirisha inama abaserukira abandi mu mugambwe uhereye mu bucimbiri gushika muri zone mu ntumbero yogupanga gutegura amatora neza noguhimiriza abagumyabanya kwitabira gutora amakarata bizotangura kuva kuwa mbere 05/05/2025.
Mwomenya ko iyo nama yatewe iteka n'umwubahwa arongoye imihari ikomoka k'umugabwe CNDD-FDD muri GITEGA yagutse .
25/04/2025
25/04/2025
: Ubuserukizi bw'umugambwe mu ntara ya bwashikirije icese inzu yubakiwe uwahoze ku rugamba.
Hari ku mutumba uri muri zone kuri uwu wa 25/4/2025 aho umuryango w'umuhumure MANARIYO Onesphore washikirizwa inyubakwa yubatswe biciye mu nguvu z'abagumyabanga.
,icegera c'umunyamabanga w'umugambwe muntara ya yashimye cane umutima w'urukundo abagumyabanga bo muri zone Bugenyuzi berekanye mu kwitanga batiziganya mu bikorwa vyose bijanye n'iyo nyubakwa.
Icegera c'umunyamabanga w'umugambwe mu ntara ya yakeje kandi uwo muryango kuko waronkejwe inyubakwa nziza kandi ikomeye. Yongeye kandi araremesha abandi barugwanye ko batokwihebura na bo umusi uzogera bashikirwe.
yashimiye abagumyabanga bamwubakiye inzu ,yahanuye abahumure bagenzi biwe ko batokwihebura anabamenyesha kand ko na bo nyene Imana izobagirira neza.
14/04/2025
:Guhimiriza abagumyababa kuzokwitabira amatora yimirije,kwibukanya ibisabwa kugira umwenegihugu yemererwe kuzotora no kwitoza hamwe no kunagura aho hose umugambwe bisabwa ko ugira inguvu zibashikana ku ntsinzi itagabanije ni vyo vyari vyahuje abagize uburongozi bw'umugambwe mu mitumba 4 igize zone yo muri komine ya Karusi.Hari ejo ku wa Mungu igenekerezo rya 13Ndamukiza2025.
🫂Umubonano nk'uwo ku bagumyabanga ngo ni akaryo keza ko kwirimbura kuko ngo burya iyija kurisha ihera ku nama mbere ngo ntivyizana biraronderwa.Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na umunyamabanga wa muri iyo zone aho yahamagariye abari aho guteramira amahoro n'umutekano maze birinde ibihuha bagume ku bikorwa vyo kwiteza imbbere.
📌Ubutumwa nk'ubwo bukaba bwariko burashikirizwa mu yindi mitumba n'abaserukizi b'uwo mugambwe.
‼️Mwomenya ko mu butumbwa bwashikirijwe abagumyabanga bo mu mitumba 4 igize iyo zone ari yo hagarutse cane cane ko kwitabira amatora kuri buri mugumyabanga ari uruhara rukomeye mu kuzokwitorera inzego zirongora igihugu.
04/04/2025
: Imbonerakure za zone zaramaze gufata iyambere mugutambukira muri ca civugo: ''Umunwa wose uronke ico kurya, umufuko wose uronke amafaranga'',babwirwa rimwe bakumva kenshi.
Kuri uyu wa 4 Ndamukiza 2025, imbonerakure za zone zazinduye gusarura umurima bateyemwo ibigori upima ihegitari zine(4) aho babonako bazohakura umwimbu ushimishije.
Baramaze kubonako bategerezwa gukora kugira biteze imbere bongere bateze imbere igihugu,barashirira mumajambo bakongera bakabikora mubikorwa vyokwiteza imbere.
Mwomenya ko izo mbonerakure zo muri iyo zone zateye n'umurima w'ibiharage upima ihegitari zibiri(2).
04/04/2025
: Ubuserukizi bw'umuhari w'imbonerakure muri komine , bwagendeye imbonerakure zo muri zone kuri uyu wa 4 Ndamukiza 2025,aho yakiriwe n'isinzi ry'imbonerakure.
Mw'ijambo rya ,arongoye umuhari w'imbonerakure muri Komine yahanuye imbonerakure ko zoshirira mumajambo no mubikorwa vyo kwiteza imbere kugira imbonerakure zikukire muvyo ubutunzi, umunwa wose uronke ivyokurya,umufuko wose uronke amafaranga,umuntu areke kuguma atega amashi bisaba guhaguruka tugakora.
Yabahamagariye kandi kubandanya babungabunga amahoro n'umutekano bongera bitegurira neza amatora twimirije.
Mwomenya ko iyo nama iheze , yaciye abandaniriza urugendo aho imbonerakure za zone zateye umurima w' upima ihegitari zibiri uri ku mutumba wa .
25/03/2025
Abagumyabanga baserukira abandi kuva mu Bucimbiri gushika muri zone basabwa kubandanya ibikorwa vy'iterambere no guteramira amahoro n'umutekano na cane cane muri kino gihe himirije amatora na rirya hari benshi benshi batipfuza ko Abarundi batoba mu gihugu gitekanye.
Ako kamo bagatewe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 25 Ntwarante 2025 n'umunyamabanga w'umugambwe CNDD FDD muri komine mu gihe yari yagendeye zone kugira aganire n'abagumyabanga baserukira abandi kuva mu bucimbiri gushika muri zone, uko bohagarara muri iki gihe c'imbere y'imyiyamamazo.
Ni muri ya ntumbero yo gusanga abagumyabanga ku kivi kugira barabe ko indongozi ziri ku kivi bongere bayage nazo.
Mwomenya ko ivyo bikorwa vyari vyatewe iteka na ,umunyamabanga ntunganyabisata ajejwe imihari ikomoka k'umugambwe CNDD FDD muntara ya Gitega, abashingamateka babiri n'umukenguzamateka batowe muntara ya Karusi muri 2020.
20/03/2025
Abagumyabanga baserukira abandi kuva mu Bucimbiri gushika muri zone basabwa kubandanya ibikorwa vy'iterambere no guteramira amahoro n'umutekano na cane cane muri kino gihe himirije amatora na rirya hari benshi batipfuza ko Abarundi batoba mu gihugu gitekanye.
Ako kamo bagatewe kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Ntwarante 2025 n'umunyamabanga w'umugambwe CNDD FDD muri komine mu gihe yari yagendeye zone kugira aganire n'abagumyabanga baserukira abandi kuva mu bucimbiri gushika muri zone, uko bohagarara muri iki gihe c'imbere y'i q2smyiyamamazo.
Ni muri ya ntumbero yo gusanga abagumyabanga ku kivi kugira barabe ko indongozi ziri ku kivi bongere bayage nazo.
Mwomenya ko haciye hakirwa n'a
banywanyi bashasha
14/03/2025
:muri yantumbero yogusanga abagumyabanga ku kivi,kugira barabeko indongozi ziri kukivi bongere bayage n'indongozi, , umunyamabanga w'umugambwe muri Komine yagendeye abagumyabanga baserukira abandi kuva mubucimbiri gushika muri zone bo muri zone , kuri uyu wa 14 Ntwarante 2025, kugira bayage uko bohagarara muri iki gihe c'imbere y'imyiyamamazo.
, umunyamabanga w'umugambwe CNDD FDD muri komine yasavye abari bitavye iyo nama guteramira amahoro n'umutekano narirya tugira twinjire mumatora,yabahamagariye kubandanya ibikorwa vyiterambe.
Mwomenya ko iyo nama yaciye ayibandaniriza muri zone
27/02/2025
: Uwuserukira umuhari w'imbonerakure muri komine , yagirishije inama imbonerakure zo muri zone kuri uyu wa 27 Ruhuhuma 2025 i .
Mw'ijambo rya yahamagariye imbonerakure zo muri iyo zone kubandanya bateramira amahoro n'umutekano,kwama barikanuye kuko umwasi ntaho yagiye narirya tugira twinjire mumatora aho usanga basesankuyoze ari benshi.
Yabahamagariye kandi kubandanya ibikorwa vy'iterambe rusangi.
Click here to claim your Sponsored Listing.
