01/03/2026
Comité y' Umugambwe CNDD-FDD muri komine Muhuta irabandanya ingendo zayo zo gusanga ku kivi Abagumyabanga.
=====================
Vyashikirijwe n' Ubuserukizi bw'umugambwe CNDD-FDD muri komine Muhuta kuri uyu wa gatandatu kuwa 28 Ruhuhuma 2026 mu bikorwa rusangi vyabereye muri zone komine Muhuta intara ya Bujumbura.
Ubuserukizi bw' Umugabwe muri komine Muhuta bugasaba aba nya Rutongo kwijukira igiterwa c' Icayi kuko hagira hashingwe ihinguriro rihingura Icayi. Abenegihugu Kandi bo muriyo zone basabwa kwama bitwararika ibijanye n' umutekano, no kwama birinda abobacamwo imigwi ishingiye kumacakubiri ahubwo bijukire gukorera hamwe.
Mwomenyako ivyo bikorwa rusangi vyabaye vyarivyo gusibura ibarabara inyuma yaho hakaba haciye hakorwa inama yahuje Ubuserukizi bw'umugambwe CNDD-FDD muri komine Muhuta hamwe n' Abagumyabanga bo muri zone .
14/02/2026
CNDD FDD MUHUTA
ZONE MUHUTA
UMUTUMBA BURINGA
Kuruyu wa 14 Icegera c'umunyamabanga w'Umugambwe CNDD FDD muri Komine MUHUTA Nzeyimana Renovat yakoreye ibikorwa Rusangi kumutumba wa Buringa ivyobikorwa Rusangi bikaba vyitabiwe nabagumyabanga benshi hakaba hatewe imivyaro y ikawa 1250 .
Mwijambo yashikirije akaba yasavyeko abagumyabanga boguma kukivi bakore ibikorwa vyokwiteza imbere batibagiye gutera ikawa,ivoka kuko ari ibiterwa njabukamazi yasavye kandi kwama babumbatiye amahoro numutekano kuko ari karahara muruganda ntibacura .
Mukurangiza yamenyesheko ivyobikorwa bizobandanya kumitumba yose igize komine muhuta.
Le chargé de la Communucation CNDD FDD MUHUTA
Ir kikoti Onesime ndayishimiye
01/02/2026
CNDD FDD MUHUTA
Umutumba magara
Ikaye irimwo indirimbo Y umugambwe CNDD FDD ,ikaramu hamwe nikaye yo gutanga raporo kugacimbiri kose ukwo ari indwi niyo yatanzwe numunyamabanga kumutumba wa magara .
Umunyamabanga w' umugambwe CNDD FDD k umutumba wa Magara arikumwe na Biro K umutumba wa Magara bagize Inama nabagumyabanga bo kuruwo mutumba bakaba baganiye kukibazo C ubucimbiri butagira indongozi zitari kukivi abobibonekako batariko bakora basubirizwe bayaze kandi kwiterambere ry umugambwe mugacimbiri mukuja hamwe bakore ibikorwa vyiterambere mw ijambo yashikirije umunyamabanga w umutumba akaba yasanze hariho uducimbiri tutagira inzego zikwiye akaba yasavye abarongoye uducimbiri kuba basize inzego aho hose zitariho mukiringo kitarenze indwi imwe gusa kugira bize biroroha gutanga raporo yo kubucimbiri .akaba yatanze nikaye buri bucimbiri bwose ukwo ari indwi kugira borohegwe mugutanga raporo yatanze kandi udutabo twanditsemwo indirimbo ndangabuhizi y umugambwe CNDD FDD .
Kukibazo c'umutekano Yibukije kandi umugumyabanga wese gutunga agakaye kurugo kuko umugumyabanga wese ategerezwa kugira kumategeko yigihugu .
yasavye kandi abagumyabanga mugihe habonetse ibitagenda neza ntibaze barirukira muri porisi canke mubahuza ahubwo barondere umugumyabanga yobumviriza bish*tse bahuze .
Kuntumbero ya Reta y uburundi yasize imbere igiterwa c ikawa nivoka akaba yasavye ko abagumyabanga borima igiterwa c ivoka nikawa kugira reta ironke amafranga yagaciro .
Mukurangiza yasavyeko ingoro yumugambwe iri kumutumba wa Magara isanzwe yarubatswe ariko itarugarwa bavuganye nabari bitavye inama ko Buri gacimbiri gaterera kugira iyo ngoro Yugagwe.
-FDD MUHUTA
Le Chargé de la Communication CNDD FDD MUHUTA
Onesime Ndayishimiye
30/01/2026
Uburongozi bw' Umugabwe CNDD-FDD muri zone Magara komine Muhuta intara ya Bujumbura bwaragendeye umutumba wa kuri uyu wa kabiri kuwa 27 Nzero 2026.
Muvyo bayaze harimwo gukomeza kubumbatira amahoro n' umutekano kuko ariwo mushinge w' iterambere bongera basabwa kw' ijukira iterambere rusangi na cane cane kwijukira uburimyi batibagiye guteragira ibiti vy' amavoka n' ikawa hamwe n' ibikorwa bibaganisha ku mbona kazoza k'igihugu.
Twobamenyesha ko iyo nama yari yatumiwemwo abasanzwe batwara Umugabwe CNDD-FDD mu bucimbiri bugize umutumba wa .
-FDD MUHUTA
25/01/2026
*UTARIMWO NTURIMWO KIRAPANZE✍️*
*Ntawe nsavye uruhusha ntanuwo nsavye inama kiretse uwumfasha gushikana IGISABO CANJE 💃*
Ndashaka Nshimire cane nongere nkeze Aba bakurikira
*Umukuru w'inama nkuru y'Umugambwe CNDD-FDD Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu cacu ciza c'Uburundi President General Major Evariste Ndayishimiye.*
Nongere Nshimire vy'Imvamutima
*Umunyamabanga mukuru w'Umugambwe CNDD-FDD Nyen'iteka Revérien NDIKURIYO*
Ndabakeze mbabwirako Abarundi babishimiye cane Kandi cane🙌🙌🙌
*Nk'umwe mubakoresha izimbuga ngurukanabumenyi nashaka ndabamenyesheko Opposition Ibatinya,Ibatinya, cane cane Igatinya Ugushira hamwe Kwanyu, kuburyo Ifoto yanyu murikumwe basigaye bayibona bagaca baribwa Munda.✍️*
Mubaye munkundiye ndashaka gutambutsa ibisabo vyanje k'Umugaragaro kuri page ikurikira.
*Bagumyabanga mukunda Uyumugambwe CNDD-FDD mwahisemwo neza , ariko namwe ndafisico ndabasaba :Nimufate AMABOKO Moses,Yosuwa Akinagize Abamidiyani.*
*2040-2060 TURAHABONA
25/01/2026
FDD
Photo du jour numunyamabanga wumugambwe FDD
REVERIEN NDIKURIYO ahejeje kwemezwa igitega icegera ciwe nUrya yahora ntacahindutse murakoze
Turamukeje
Inkuru iramvuye ñimukanya
22/01/2026
🇧🇮 : hasigaye imisi itatu gusa, umugambwe ugahindura inzego !
Kuri uwu wa 25 nzero uwu mwaka, ni ho hategekanijwe kuba ikoraniro kaminuza ry' umugambwe uri ku butegetsi Cndd-Fdd, kugira ngo hatogwe inzego nshasha zigiye kuwuyobora. Iryo koraniro rizoba inyuma y'igikorane mpuzamadini catanguye kuri uwu wa 22 nzero, hariya mu ntara ya .
Abategetsi nka bose ba reta y'Uburundi, uhereye ku mukuru w'igihugu c'Uburundi n'umutambukanyi wiwe, bitavye ayo masengesho agiye kuzomara imisi itatu, akaba ari yo yabanzirije urwo rubanza ruhambaye.
Ku masanamu, irabire ingene vyifashe kuri Stade ingoma iri mu ntara ya , ahariko habera ayo masengesho. Ayo masengesho yatunganijwe ku civugo kigira giti: " Indongozi nziza ni iyitanga akarorero ku bo ijejwe ".
17/01/2026
CNDD- FDD MUHUTA
Augustin y ipfurije umwaka mushasha abagumyabanga Mubikorwa Rusangi.
Umunyamabanga w umugambwe CNDD FDD Muri komine Muhuta Augustin Sibomana yaramutse agendera zone Ruteme Aho bakoreye ibikorwa Rusangi kumitumba ya Muhuzu,Mihororo,,Kayombe yo muri zone Ruteme
Augustin Sibomana Yasavye abagumyabanga kugarukira indero haziko kugira turamurire igihugu urwaruka rugikunda kandi ruciye ubwenge
Mukurangiza akaba yasavye abagumyabanga bo muri zone Ruteme kutirengagiza imigambi reta yasize imbere kumurondera amahera yagaciro nko kurima ikawa, ivoka kuko ari ibiterwa njabuk' amazi .
Le Charge de la Communication CNDD FDD Muhuta
Ir Kikoti Onesime Ndayishimiye
27/12/2025
Zone Magara
Komine Muhuta
Guhera ubu impapuro zose mwahora muja kurihira muri Coopec Magara kugira muziroswe muri zone Vyose bizokorerwa kugitansi kubiro vya zone Magara
Izo nizimwe mugingo biro ya zone magara yafashe nkokworohereza abenegihugu bamaze kwumva inyidogo yabo kwo bateba cane muri coopec magara bagiye kurihira impapuro barondera muri zone ubu rero zone Magara ikaba yaciy ifata ingingo kwo vyose bizokworerwa muri zone Birihiye kugitansi kizoba categekanijwe kuva kwigenekerezo rya 2/01/2026 .
Iyo ngingo Yabarongoye zone Magara muyakiriye gute?