Cndd-Fdd Province Muramvya
Nous sommes le Parti #Cndd_Fdd en Province Muramvya, parti vainqueur des Elections depuis 2005
05/06/2022
05/06/2022
Kuri uyu wa Gatandatu 04/06/2022, Nyakubahwa Umunyamabanga w'Umugambwe mu Ntara ya yifadikanije n'abenegihugu bo Ku Mutumba wa mu bikorwa vyo guca ibarabara rihuza Bugarama n'uwo mutumba.
Twobamenyesha ko uwo mutumba atabarabara wari ufise riwuhuza n'iyindi mitumba
18/12/2021
Mu bikorwa vyo kwinjira ingoro y'umugambwe Ku mutumba wa , Ubuserukizi bw'Umugambwe CnddFdd muri Komine bwakiriwe n'isinzi y'abagumyabanga bo kuri uwo Mutumba.
Imbere y'uko iyo Ngoro yinjirwa, Ubuserukizi bwabanje gutanga agashishiro Ku Bakenyererarugamba 2 babuze Abo bubakanye Ku mutumba wa Nyambo bongera bagarukira Ku Mbonerakure irwaye n'akare Abagumyabanga Bose turi umwe.
Mw'ijambo ryiwe Icegera c'Umunyamabanga w'Umugambwe muri Komine Bukeye yakeje Abagumyabanga yongera arabakengurukira kuko uwo mutumba niwo wama uba uwambere mu matora kuko bama baronka amajwi 100%.
07/11/2021
🦅Icegeranyo c'ibikorwa vyo kuri uyu wa Gatandatu 06/11/2021
Ku munsi w'ejo, muri Hôtel NINDE BRIGHT CENTER Nyakubahwa Umunyamabanga Mukuru w'Umugambwe yakoresheje inama Abanyamabanga b'Umugambwe CnddFdd mu Ntara zose zigize Igihugu hamwe n'Abarongoye Abakenyererarugamba.
Ivyo bafunditse tubishikirizwa na Nyakubahwa Umuvugizi w'Umugambwe CnddFdd Nyakubahwa Nancy Ninette Mutoni
🦅
🦅
Umurwi w'imbonerakure ziga mu makaminuza witwa Royal niwo wafashije ku ryosha ibikorwa vy'iyo nama ihambaye.
24/10/2021
🦅Urgent
Ubuserukizi bw'Umugambwe mu Ntara ya Muramvya biriko burakoresha Inama mu Ngagara kuri Permanence y'Igihugu abakozi ba Reta n'Abikorera utwabo bari mu mu mugambwe CnddFdd b'imvukira mu ntumbero yo kurabira hamwe ibimaze kurangurwa n'ivyimirije kurangurwa mu minsi iri imbere.
20/10/2021
Inyuma y'inama, Ubuserukizi bw'Umugambwe mu Ntara ya bwaciye butembereza uwo Mush*tsi w'iteka Nyakubahwa Col MANIRAMBONA Anastase mu kibanza c'iratiro ahasinyiwe amasezerano de hagati y'Umwami n'Abazungu ba ico gihe Uburundi niho bwatakaza ukwikukira.
20/10/2021
Mu gitondo c'uno wa Gatatu,20/10/2021, Nyakubahwa Umunyamabanga Ntunganyabisata Ajejwe akarangamutima akaba mu mugambwe n'Umuhetsi w'Intara ya Muramvya Col Anastase Manirambona yagendeye Komine aho yakoranije mu nama abagize Ubuserukizi bw'Umugambwe CnddFdd mu Ntara, muri iyo Komine n'imitumba iyigize mu ntumbero yo gukomeza amakoperative no kubandanya imyiteguro y'intsinzi.
🦅
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Muramvya
