04/10/2026
🚨 By The Young King🔥 New Hit Song Tugiye Kuronka Vuba Mu Burundi Uyu Muhungu Numukozi Gose Niba Uri Umwe mubakunzi biwe Ugomba Kumwereka urukundo ndabibutse Ko kuva Kundirimbo yiwe Ya Mbere yaba so Jeux Ntaraduta Hasi Kandi Nagiriwe Amahirwe yo Kuba Hafi yiwe Nukuri Ababikiye vyinshi Abakunzi biwe Kuko arafise Na Collabo Ikomeye Bababikiye Vuba Ayo namakuru Yibanga nivye Kwa Manager Wiwe Pakni😅Asha Turagowe Tuzoryoherwa Mubandanye Mumuba hafi Gusa Mundwi Iza Araduha Indirimbo Nshasha Yise Uriteguye ??? Kumusi wagatanu???