Mr Don divin

Mr Don divin

Share

Mr Don divin
M'y WhatsApp Nยบ66112992
Guy's ntiwibagire kukora @follow kuriyi pages

10/03/2026

๐ŸŽค๐Ÿ”ดโšฝ : Ikipe ya ๐—ฅ๐—ฒ๐—ฎ๐—น ๐— ๐—ฎ๐—ฑ๐—ฟ๐—ถ๐—ฑ
Ibona ko kugira itsinde ๐Œ๐š๐ง๐œ๐ก๐ž๐ฌ๐ญ๐ž๐ซ ๐‚๐ข๐ญ๐ฒ,
Vyose bikwiye guca ku mukinyi ๐•๐ข๐งรญ๐œ๐ข๐ฎ๐ฌ
๐‰รบ๐ง๐ข๐จ๐ซ. ๐Ÿค๐Ÿคฉ

๐Ÿ—ฃ๏ธ โ€œNi Vini ategerezwa kudufasha
Gutsinda urwo rukino duhura na City.โ€โš”๏ธ

(๐Ÿ—ž๏ธ AS)
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
Mr Don divin

10/03/2026

Mr Don divin ๐Ÿ‘Š๐Ÿ‘Š๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

09/03/2026

Ijoro Ryiza kuri Mwese Bakunzi Banje โค๏ธ

09/03/2026

Karabayeee ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ

Mr Don divin

08/03/2026

Karabayeee p*e ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

Mr Don divin

07/03/2026

๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ

07/03/2026

Mwebwe mwibaza ngo nugufyina

07/03/2026

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿš” : Leta yโ€™u Burundi
Irahakana amakuru yโ€™ukwibwa ibihimba
Vyโ€™irondoka, abantu 11 bakwiragije ivyo
Bihuha bamaze gufatwa. โš–๏ธ

๐—จ๐—ฏ๐˜‚๐˜€๐—ต๐—ถ๐—ธ๐—ถ๐—ฟ๐—ฎ๐—ป๐—ด๐—ฎ๐—ป๐—ท๐—ถ ๐—ฏ๐˜„โ€™๐—œ๐—ป๐˜๐˜„๐—ฎ๐—ฟ๐—ผ ๐˜†๐—ผ ๐—›๐—ฎ๐—ด๐—ฎ๐˜๐—ถ
๐— ๐˜‚ ๐—š๐—ถ๐—ต๐˜‚๐—ด๐˜‚, Umutekano nโ€™Iterambere
Rusangi bwatangaje ko ata muntu
Nโ€™umwe aratakaza igihimba cโ€™irondoka
Canke amabere yiwe mu Burundi bivuye
Ku kuba akoziweko nโ€™uwundi muntu. โš ๏ธ

Ubwo bushikiranganji bwasohoye iri
Tangazo kuri uyu wa 6 Ntwarante 2026
Kurubuga rwa X (rwahoze ari ๐“๐ฐ๐ข๐ญ๐ญ๐ž๐ซ),
Mu ntumbero yo guhakana ibihuha vyari
Bimaze iminsi bikwiragira mu gihugu
Bivuga ko hari abantu bariko baribwa
Ibihimba vyโ€™irondoka.

Nkโ€™uko vyamenyeshejwe, abantu 11
Bakekwa ko ari bo batangaje canke
Bakwiragije ayo makuru yโ€™ibinyoma
Bamaze gufatwa nโ€™inzego zโ€™umutekano
Kugira bakurikiranwe nโ€™ubutungane.

Ubwo bushikiranganji burasaba abanya
Gihugu kwirinda gukwiragiza amakuru
Batizeye, kuko ibihuha nkโ€™ivyo bishobora
Guteza ubwoba, imvururu canke guhu
Ngabanya umutekano wโ€™igihugu. ๐Ÿ“ข๐Ÿš”

Guy's ntiwibagire gukora kuyiri ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
Mr Don divin

07/03/2026

Ashaa bafashweee

06/03/2026

๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ
Guy's ntiwibagire gukora kuriyi ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
Mr Don divin

06/03/2026

Sasa huyuuu ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ
Guy's ntiwibagire gukora Kuriyi ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
Mr Don divin

Want your business to be the top-listed Government Service in Cibitoke?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Website

Address

Cibitoke