La Parole de Dieu

Call Website

La Parole de Dieu Évangélisation
🖥️

Kuba uhaye uca mubigeragezo bivaho haza ibindi, suko lmana ikwanka oyaye. Nuko hari umugambi lmana ifise kubuza bwawe, m...
10/15/2026

Kuba uhaye uca mubigeragezo bivaho haza ibindi, suko lmana ikwanka oyaye. Nuko hari umugambi lmana ifise kubuza bwawe, murayo maruswa nyene uhaye ucamwo.
Nkuko tubibona muri

2 Ab'i Korinto 1:4
itwirura mu marushwa yacu yose, kugira ngo natwe tubone uko twirura imibabaro abari mu marushwa yose, tuyibiruza uko natwe twiruwe n'Imana.

Inyuma y’imyaka 35 arindiriye ikibondo.   🚨 Umugore w’imyaka 60 yavyaye uruyoya rwiza caneAkaba ari umunya   👶🏽🎊Ni ukuri...
10/12/2026

Inyuma y’imyaka 35 arindiriye ikibondo.
🚨 Umugore w’imyaka 60 yavyaye uruyoya rwiza cane
Akaba ari umunya 👶🏽🎊

Ni ukuri, igihe c’Imana cama ari ciza kandi gikwiriye! Kigeze wuzura ivyishimo 🥹✨

Nawe mwene Data lmana igukorere igitangaza muvyo wipfuza.

TURAMUKEJE! 🎉👏
Raba vyinshi hano👇
https://youtu.be/LlzDdz2y_8Y?si=FcfJAg-DyA5QrQzC


Itanguriro 32:30Yakobo yita aho hantu Peniyeli : ati Mbonye Imana imbonankubone, non' ehe ndacariho!
10/12/2026

Itanguriro 32:30
Yakobo yita aho hantu Peniyeli : ati Mbonye Imana imbonankubone, non' ehe ndacariho!

INKOMEZI Z'UBUMWE
10/10/2026

INKOMEZI Z'UBUMWE

Wibuke gufyonda kuri S'abonne

10/09/2026

BAREKE BAGUSUZUGURE

Address

Canada, KS

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when La Parole de Dieu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category