United we stand

United we stand

Share

All about Word

09/08/2025

Happy Sabbath to you all.

Photos from United we stand's post 11/08/2022

bahejeje na umukuru w'igihugu c'Uburundi Varisito Ndayishimiye mu rwego rw'abacamanza bakazopfungwa hagati y'umwaka umwe n'imyaka30 be n'ihadabu riri hagati y'ibihumbi 20000 n'a 3.300.000 y'amarundi.

03/08/2022

Neza na neza aha ni mu ntara ya ikomine ya aho bita i zikaba zabonetse, mwomenyako hari hategekanijwe n zibagwa mu ntara yose ya . Aho muherereye namwe bimeze gute?

29/07/2022

uno musi 29Mukakaro 2022 ziratana mu mitwe b'igihugu ca . vs (15h00).

26/07/2022

isoko yaho yari yadutsemwo ariko woba wadutse Ku muyagankuba! Bakaba baciye bakupa Umuriro wa Regideso

Photos from United we stand's post 21/07/2022

Général Major Evariste Ndayishimiye umukuru w'igihugu c'Uburundi ahejeje gushika amahoro muri Tanzaniya i Arusha,hakaba hategekanijwe umwiherero w'abakuru b'ibihugu kugira bigire hamwe ishirwa mu ngiro ry'Isoko muri Afrika y'ubuseruko! Ejo naho igenekerezo rya 22Mukakaro2022 hakazoba inama igira 22 y'abakuru b'ibihugu vy'uwo muryango wa Afrika y'ubuseruko (EAC).

Photos from United we stand's post 14/07/2022

Son excellence, le Président de la République du Burundi Général Major Evariste Ndayishimiye rencontre présentement,à huis clos,les responsables administratifs judiciaires, politiques et sécuritaires au niveau de toutes les provinces du pays à Gitega. Sujets à traiter : La situation sécuritaire et socio-économique du pays !

Photos from United we stand's post 12/07/2022

,let us wish you good health after being sick!

11/07/2022

11/07/2022

uyu musi Ku wa mbere risubira gukora guhera Isaha zitandatu. Mwomenyako ryari ryacitse abantu mu kwiyunguruza bagafata ubwato mu kiyaga .

Want your business to be the top-listed Government Service in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Telephone

Website

Address


Buyenzi
Bujumbura