Gusoma bibiriya

Gusoma bibiriya

Share

Dukwiye kwizera yesu kristo

07/09/2025
03/09/2025

Keshi Iyubuzima buhindutse haraho inyifato nazo zihinduka ugatangura gusuzugura abo mwahora mugendana kuko usigaye ubarenze

Inyishu zitabereye nagasuzugura mukwanga KO umukene yogusaba

Ariko ubuzima nibuto cane nubwo ubona usigaye ufise akanoti tekana uce bugufi kuko Imana itanga ataruswa

02/09/2025

Abantu beshi mwikigihe? Barahevye gusenga basigaye bishimiye ibintu gusumba iyabiremye nigute ukunda icaremwe gusumba iyabiremye

Niko gusenga ibagirwamana ikigirwamana nicocose urutishije Imana rurema

29/08/2025

Nigute woha intumbero inyunganizi yubuzima (intumbero yubuzima)?

28/08/2025

Ubwishime nibubi cane

17/01/2025

Kuki abakizwa beshi basigaye baragabanije akariro ko gusenga

12/05/2024

Icaha cubusambanyi

Photos from Gusoma bibiriya's post 17/04/2024
17/04/2024

😎 Wizeyimana Roland, umutama w’imyaka 69 agenda arazunguruka intara z’ ajisha yongera agurisha inderuzo ku bazikeneye. Inderuzo imwe ayigurisha amafaranga y’amarundi ari hagati y’ibihumbi 80 na 120 bivanye n’ivyo ikozwemwo. Yishimira ko uwo mwuga amazemwo imyaka irenga 40, umutungiye umuryango... ▶️ https://bit.ly/4aOLQcO

🤌🏾 Iyo mvukira yo muri komine intara ya twayisanze kuri uyu 10 Ntwarante 2024 ku mutumba wa , zone komine Isare yo mu ntara ya . Kw’uyo mutumba, ahamaze umwaka urenga, kandi avuga ko yahagiriye ikiganza ciza kuko amaze kuhajishira inderuzo zirenga 200.

🚑 Ku kijanye n’icatumye acumbika muri komine Isare akahamara umwanya munini, Wizeyimana avuga ko mu ntara zose amaze kujamwo, iyo komine ariyo yabonye irimwo imitumba ihanamye cane kandi bigoye ko haboneka ama barabara ashobora gucamwo ama pikipiki canke imiduga kugira ngo yunguruze abantu iyo bakeneye kujanwa kwa muganga. Ati: “Inderuzo ni yo ikora neza kandi ata buryo bwinshi bukoreshejwe mu kwunguruza abaremvye baja kwa muganga mu karere k’imisozi ihanamye itagira amabarabara meza”.

🔨 Uyo muhinga mu kujisha inderuzo, amenyesha ko abakunda kumushorera ari amashure canecane ayafise indaro, amashengero canke umutumba uja hamwe ukagura inderuzo ikoreshwa mu kurerura umuntu iyo hagwaye canke yitavye Imana. Amenyesha kandi ko hari n’abazigura kugira bazishire mu nzu nk’ibisharizo hamwe n’abandi bazijana mu bibanza vy’iratiro. Eka mbere ngo hari n’abazimutuma bakazijana mu zindi ntara canke na we nyene akaja kuzikorerayo.

👀 Uyu muhinga mwari mumaze kumwumva aho muherereye? Canke nta nderuzo bagikoresha ngaho mu kibano?

Want your business to be the top-listed Government Service in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Website

Address


Bujumbura