01/08/2024
⭕A part les produits, le centre artisanal Youth in Action Burundi vous propose des formations en métiers de maroquinerie, couture artisanale, vannerie, dessin, peinture, etc.
Des horaires adaptés à vos agendas et disponibilités vs sont aussi proposés.
Plus d'infos: 📞+257 62 59 00 40(whtsp)
30/07/2024
🥰Mu gihe c'ici, imanza n'imisi mikuru biba vyinshi.
Iyo bigenze uko abipfuza gutanga utuganuke nabonyene baragwira.
Aho ninaho haca hava ingorane y'ivyo bashira mu tuganuke bipfuza gutanga kuko biba biriko bironderwa na benshi.
Mw'Ishirahamwe Youth In Action Burundi ivyo twaravyiyumviriye maze tugirako dutora n'umuti kugira ngo ntimube mugihangayika.
📢Ego, dusange aho dukorera hagati mu gisagara ca Bujumbura, Galerie Alexander, aharabana n'ikibanza citiriwe ukwikukira, maze tubereke.
👉Tubafitiye ibintu vyinshi kandi vyiza mushobora dutanga nk'utuganuke, mushobora gukoresha mu manza zanyu, mushobora gukoresha mu bubare hamwe no mu mihana yanyu.
Akabirya rero, ibiciro birasosa kuruta isukari.
Murashobora kandi kuronka ibihingurwa n'ibidandazwa muri Youth In Action Burundi muciye kubadandaza bacu bazungurukana ibitandukanye mu mpande zose zo hagati mu gisagara ca .
Mufise ico mubaza canke mushaka kugira commande yiharije, muratorondera kuri 📞+257 62 590 040 (WhatsApp).
24/06/2024
🔴Ingo tubarangire, uwuzimiye arazimbwa
Ntankeka muri kino gihe c'ici, aho imanza zitandukanye zisa nizeze, utudukoresho muradukeneye.
Niba wewe utadukeneye turazi neza ko abagenzi bawe canke incuti zawe baradukeneye.
👉Ingo rero tukurangire aho udukura. Ntuzimire ni mu gisagara hagati ca Bujumbura.
Muri Galerie Alexander, Imbere y'ikibanza citiriwe ukwikukira (Place de l'indépendance).
📌Ntimutangwe kuko ibiciro nivyiza cane birimwo .
Mushaka amakuru asumba aha murashobora no kutwakura canke mukatandikira mbere no kuri WhatsApp kuri +257 62 59 00 40.
24/06/2024
Kaze mwese turabakirana igishika cinshi 🥳🎉
12/06/2024
🌟 Besoin de corbeilles, paniers ou sous-plats magnifiquement conçus à des prix abordables ? Ne cherchez pas plus loin que Youth In Action Burundi ! Situé à Bujumbura, ce centre artisanal de renom propose des produits de haute qualité pour ajouter une touche unique à votre foyer.
📍 Pour acheter ces superbes articles, visitez la Galerie au centre-ville de .
N'hésitez pas à nous contacter pour plus d'informations et pour découvrir notre incroyable collection d'artisanat local via WhatsApp +257 62 59 00 40!
🎨🧺🌺
23/05/2024
👜🎨 Vous êtes à la recherche de pièces uniques en maroquinerie et en sculpture ? Laissez-vous séduire par les magnifiques créations de l'entreprise artistique Youth In Action Burundi ! 🌟 Découvrez notre collection exclusive de sacs en cuir faits à la main et d'œuvres sculpturales originales qui sauront ajouter une touche d'élégance à votre quotidien.
🏛 Rendez-vous dès maintenant à la Galerie Alexander, face à la Place de l'Indépendance, au cœur du Centre-ville de Bujumbura pour admirer nos créations. Trouvez l'inspiration et repartez avec des pièces uniques qui reflètent votre style et votre individualité.
📞 Pour toute demande d'achat ou de renseignements, contactez-nous au 📱+257 62 590 040 (WhatsApp) et laissez-vous guider par notre équipe passionnée. Ne manquez pas cette opportunité de posséder des œuvres d'art uniques et de soutenir les talents locaux de Youth In Action Burundi ! ✨ 🌍
13/05/2024
🔴Des produits artistiques et culturels des jeux et de la musique, à la Burundaise, sont aussi disponibles à Youth In Action-Burundi.
L'été commence bientôt, n'hésitez pas à venir chez nous vous procurer d' .
Nous sommes à la Galerie , centre ville de , en face de la place de l'indépendance.
Plus d'infos, contactez-nous au 📞+257 62 590 040 (WhatsApp)
01/05/2024
⭕Kuri uyu musi wa mbere Rusama, umusi mpuzamakungu wahariwe abakozi n'akazi; ikigo Youth in Action Burundi cagira gifate aka kanya cipfurize abakozi bose umusi mukuru mwiza.
👉Ikigo Youth in Action Burundi kiributsa kandi ko kidandaza umugwi munini w'ibikoresho ndangakaranga bikoreshwa mu buzima bwa misi yose. Ico kigo cibutsa kandi ko "ama produits" gifise ari ayagaciro kandi ku giciro corohereza bose.
Ntimwibagire kuza murahicisha. Ni hagati mu gisagara ca , imbere y'ikibanza citiriwe ukwikukira hampande ya DHL. Ni muri Galerie .
25/04/2024
: Les produits issus de la sculpture existent aussi dans la boutique de Youth In Action Burundi.
Voulez-vous se procurer un de ces produits?
Ne tardez pas car on vous accueillera à bras ouverts.
Pour rappel, nous sommes à la Galerie , Commune_Mukaza, Mairie de Bujumbura.