Moses Rujegeza

Moses Rujegeza

Share

Advise of Life. 🌿🌷Impanuro y'ubuzima🌿🌷 na Moses Rujegeza

05/06/2026

🌿 Impanuro y'Ubuzima 🌿

Ntawabayeho kugira ababaze canke arenganye mugenzi we. Twese turi hano kugira twuzuzanye, dufashanye kandi dukwiragize urukundo n'ineza aho turi hose.
Ijambo ryiza, umutima mwiza n'igikorwa ciza ushira ku wundi bishobora guhindura ubuzima bwiwe burundu.
Ntugaterwe ishema no kubona uwundi aguye, ahubwo uterwe ishema no kumufasha guhaguruka. Kuko ico utanze uyu munsi, ni co uzokwimbura ejo.
Nimucyo tube abantu bakwiragiza urukundo, amahoro n'ubuntu, kugira isi ibe ahantu heza kuri twese. ❤️🙏
"Urukundo ni rwo ruranga umuntu w'ukuri." 🌹

Mr Rujegeza

04/06/2026
04/06/2026

Reka kurusha abakozi bImana nguhinduke ,wewe nyene guhinduka birashoboka kandi ubifisemwo uruhara

Mr Rujegeza

04/06/2026

Igerere mugihe waronse ayakamwe

04/06/2026

Ekada umuntu niwe yihindura kuko umutima we ntanumwe awubona.
Mbe burya wambaye neza ariko ukambarira kubuhoma bavyita gute?reka kubesha ntamusirimu agira inzigo

Mr Rujegeza

03/06/2026

Impanuro y'ubuzimaImpanuro y'ubuzima🌿☘️🍀👈🌾

"Mubuzima, ibintu ntibizokwama bimeze neza. Uyumusi ushobora kubura, ejo ukaronka. Ntucike intege kubera ibihe bikomeye urimwo ubu. Menya kwihangana no gukomeza gukora neza, kuko umwihangane ni we ashika kure. Ibigeragezo vy'uyu musi bishobora kuba intambwe ikujana ku ntsinzi y'ejo."

Icigwa: Ntureke ibibazo vy'uyu musi bikwibe icizigiro c'ejo.

Mr Rujegeza

Want your business to be the top-listed Government Service in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Address


Bujumbura