ijejwe ubuziranenge mu bisata nka vyose vy'igihugu c'Uburundi. Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asaba gushigikirwa bikwiye muvy'uburyo kugira ico kigo gikore mu guteza imbere amahinguriro, ubutunzi rw'igihugu, n'ibindi.
BBN-Burundi
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from BBN-Burundi, Government Organization, Quartier Kanzigiri, Boulevard de la Tanzanie No 500, Bujumbura.
Bureau Burundais de Normalisation et Contrôle de la Qualité est un organe de régulation du système national de normalisation, de métrologie, de l'assurance de la qualité et essais
wa Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asabako ababorerwa bohanwa nkuko amategeko abivuga.
wa Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asaba Leta gukemura ikibazo ca n'ishirahamwe mpuzamakungu riraba ivyinjiye ko iyo vyakorewe bikwije ubuziranenge.
07/05/2026
Ubutumwa b'Umuyobozi mukuru wa Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE kuboba bayanga imyambiro y'inzoga zikaze.
Ubutumwa b'Umuyobozi mukuru#BBN Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE kuboba bayanga imyambiro y'inzoga zikaze. Ubutumwa b'Umuyobozi mukuru wa Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE kuboba bayanga imyambiro y'inzoga zikaze.
07/05/2026
ijejwe ubuziranenge mu bisata nka vyose vy'igihugu c'Uburundi. Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asaba gushigikirwa bikwiye muvy'uburyo kugira ico kigo gikore mu guteza imbere amahinguriro, ubutunzi rw'igihugu, n'ibindi.
#DG wa #BBN Hon.Dr. Samuel NDAYIRAGIJE asaba Leta gushigikira ico kigo bikwiye. ijejwe ubuziranenge mu bisata nka vyose vy'igihugu c'Uburundi. asaba gushigikirwa bikwiye muvy'uburyo kugira ico kigo gikore mu guteza imbere amahin...
07/05/2026
wa Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asaba Leta gukemura ikibazo ca n'ishirahamwe mpuzamakungu riraba ivyinjiye ko iyo vyakorewe bikwije ubuziranenge.
#DG wa #BBN Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asaba Leta gukemura ikibazo ca #contrat n'ishirahamwe #SGS. wa Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asaba Leta gukemura ikibazo ca n'ishirahamwe mpuzamakungu riraba ivyinjiye ko iyo vyakorewe bikwije ubu...
07/05/2026
wa Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asabako ababorerwa bohanwa nkuko amategeko abivuga.
#DG wa #BBN Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asabako ababorerwa bohanwa kuko amategeko abivuga. wa Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asabako ababorerwa bohanwa kuko amategeko abivuga.
01/05/2026
Abakozi barangurira imirimo mu Kigo kijejwe kugenzura ubuziranenge mu Burundi bifandikanije n'abandi mu guhimbaza Umusi mukuru w'abakozi n'akazi wahimbarijwe kuri Intwari ku rwego rw'Intara ya .
Mu gukosozera ivyo birori, abakozi barongowe n'Umuyobozi mukuru wa Hon.Dr. Samuel NDAYIRAGIJE, baciye bahurira aha bivuna akanyota mubirori vyabere muri Outlook Hotel vyaranzwe no gusangira hamwe n'akanyamuneza ntangera . Ku bwiwe akaba yashimye aho igejeje ibikorwa naho ibigora bitabuze.
01/05/2026
Ikigo c'igihugu kijejwe kugenzura ubuziranenge mu Burundi BBN-Burundi cipfurije abarundi bose muri rusangi Umusi mukuru mwiza w'abakozi n'akazi.
29/04/2026
BBN-Burundi organise, ce mercredi 29 avril 2026 à Outlook Hotel à Bujumbura, un atelier de sensibilisation aux normes applicables aux produits alimentaires, notamment les farines et les huiles comestibles, à l’intention des producteurs opérant dans ce secteur.
Le Directeur de la Normalisation et de la Métrologie, Monsieur BUCUMI Firmin qui a représenté le Directeur Général du , rappelle que, dans un marché de plus en plus globalisé, les normes ne sont plus de simples documents techniques, mais constituent un langage commun essentiel pour le commerce et la sécurité.
Il souligne que ces normes visent à harmoniser les pratiques nationales avec les recommandations internationales, afin de favoriser le développement des entreprises, de garantir la sécurité et la santé des consommateurs ainsi que des travailleurs, et de renforcer la compétitivité dans le commerce intra-africain et international.
Enfin, il précise que cet atelier avait pour objectif de permettre aux producteurs de s’approprier ces normes, de mieux comprendre les exigences techniques y relatives et de faciliter leur mise en application.
24/04/2026
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Website
Address
Quartier Kanzigiri, Boulevard De La Tanzanie No 500
Bujumbura
Opening Hours
| Monday | 07:30 - 15:30 |
| Tuesday | 07:30 - 15:30 |
| Wednesday | 07:30 - 15:30 |
| Thursday | 07:30 - 19:30 |
| Friday | 07:30 - 12:00 |
