BBN-Burundi

BBN-Burundi

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from BBN-Burundi, Government Organization, Quartier Kanzigiri, Boulevard de la Tanzanie No 500, Bujumbura.

Bureau Burundais de Normalisation et Contrôle de la Qualité est un organe de régulation du système national de normalisation, de métrologie, de l'assurance de la qualité et essais

09/05/2026

​ ijejwe ubuziranenge mu bisata nka vyose vy'igihugu c'Uburundi. ​ Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asaba gushigikirwa bikwiye muvy'uburyo kugira ico kigo gikore mu guteza imbere amahinguriro, ubutunzi rw'igihugu, n'ibindi.
​ ​ ​

08/05/2026

​ wa ​ Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asabako ababorerwa bohanwa nkuko amategeko abivuga.

08/05/2026

​ wa ​ Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asaba Leta gukemura ikibazo ca ​ n'ishirahamwe mpuzamakungu ​ riraba ivyinjiye ko iyo vyakorewe bikwije ubuziranenge.

#DG wa #BBN Hon.Dr. Samuel NDAYIRAGIJE asaba Leta gushigikira ico kigo bikwiye. 07/05/2026

​ ijejwe ubuziranenge mu bisata nka vyose vy'igihugu c'Uburundi. ​ Hon.Dr.Samuel NDAYIRAGIJE asaba gushigikirwa bikwiye muvy'uburyo kugira ico kigo gikore mu guteza imbere amahinguriro, ubutunzi rw'igihugu, n'ibindi.
​ ​ ​

#DG wa #BBN Hon.Dr. Samuel NDAYIRAGIJE asaba Leta gushigikira ico kigo bikwiye. ijejwe ubuziranenge mu bisata nka vyose vy'igihugu c'Uburundi. asaba gushigikirwa bikwiye muvy'uburyo kugira ico kigo gikore mu guteza imbere amahin...

Photos from BBN-Burundi's post 01/05/2026

Abakozi barangurira imirimo mu Kigo kijejwe kugenzura ubuziranenge mu Burundi bifandikanije n'abandi mu guhimbaza Umusi mukuru w'abakozi n'akazi wahimbarijwe kuri Intwari ku rwego rw'Intara ya .
Mu gukosozera ivyo birori, abakozi barongowe n'Umuyobozi mukuru wa Hon.Dr. Samuel NDAYIRAGIJE, baciye bahurira aha bivuna akanyota mubirori vyabere muri Outlook Hotel vyaranzwe no gusangira hamwe n'akanyamuneza ntangera . Ku bwiwe akaba yashimye aho igejeje ibikorwa naho ibigora bitabuze.

01/05/2026

Ikigo c'igihugu kijejwe kugenzura ubuziranenge mu Burundi BBN-Burundi cipfurije abarundi bose muri rusangi Umusi mukuru mwiza w'abakozi n'akazi.

Photos from BBN-Burundi's post 29/04/2026

BBN-Burundi organise, ce mercredi 29 avril 2026 à Outlook Hotel à Bujumbura, un atelier de sensibilisation aux normes applicables aux produits alimentaires, notamment les farines et les huiles comestibles, à l’intention des producteurs opérant dans ce secteur.

Le Directeur de la Normalisation et de la Métrologie, Monsieur BUCUMI Firmin qui a représenté le Directeur Général du , rappelle que, dans un marché de plus en plus globalisé, les normes ne sont plus de simples documents techniques, mais constituent un langage commun essentiel pour le commerce et la sécurité.

Il souligne que ces normes visent à harmoniser les pratiques nationales avec les recommandations internationales, afin de favoriser le développement des entreprises, de garantir la sécurité et la santé des consommateurs ainsi que des travailleurs, et de renforcer la compétitivité dans le commerce intra-africain et international.

Enfin, il précise que cet atelier avait pour objectif de permettre aux producteurs de s’approprier ces normes, de mieux comprendre les exigences techniques y relatives et de faciliter leur mise en application.

Photos from RTNB's post 24/04/2026
Want your business to be the top-listed Government Service in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Address


Quartier Kanzigiri, Boulevard De La Tanzanie No 500
Bujumbura

Opening Hours

Monday 07:30 - 15:30
Tuesday 07:30 - 15:30
Wednesday 07:30 - 15:30
Thursday 07:30 - 19:30
Friday 07:30 - 12:00