I love my country

I love my country

Share

This is The Official Page Of hit news

21/12/2021
Photos 25/09/2021

Great-Brown from

08/07/2021

GOOD GIRL by Medilove (Official Video 2021)

Photos from I love my country's post 17/09/2020

Uno musi nshaka dukore analyse y'ama Pages Facebook yaba Star BIG FIZZO Vs SAT-B.

Bamwe ngo Big Fizzo niwe King abandi ngo Sat-B aracari number one 1โƒฃ!

Twagerageje gukurikirana pages Facebook zabo ba Star babiri, twasanze page ya Big Fizzo ifise ama Like arenga gato 54.000. Sat-B nawe afise abarenga 83.000.

Twongera turaba ama Post 3 abo baririmvyi bakoze bakaronka ama Likes menshi canke agakundwa cane(Mumezi 4 arangiye)

Ibiharuro:

Big Fizzo: 6,180+5,715+6,813 = 18.708 likes

Sat-B: 4,929+5,092+4,489 = 14.510 likes

Turavye neza turasanga BIG FIZZO asumvya Sat-B ama likes arenga 4000 kuri izo post 3 zonyene!

Ikindi naco twasanze umuririmvyi Sat-B atamusi ushobora guhera adashizeko Post cank agashirako post zirenga na 3 kumusi!!

Turavye abakurikira umuririmvyi Sat-B nibo benshi ariko ivyo ashira kumbuga ziwe ntibikundwa ugereranije n'umuririmvyi Big Fizzo.

Nk'umukunzi w'umu*iki w'uburundi wibaza ko Vyoba biva kuki kuronka abantu bagukurikirana benshi ariko ivyo ucishije kumbuga zawe ntizikundwe n'abantu benshi?

14/09/2020

Qui connaรฎt cet Artiste ???

12/08/2020

IMPANURO
~~~~~~~~
Ntuzogende wuzuye ibarabara ryose witwaje ico uri, ivyo ufise, kumenyekana... Guko ntuzoba u*i abo muriko murahura cank abakubona ko nabo bakurenze incuro zirenga 100 ariko bรณ bakicisha bugufise kubera bazi ko BUCA BUGACANA AYANDI.

Ushobora kwibaza ko bose bariko barakuraba kumbe bafise ibibazo bibaraje ishinga, wewe ntibakwitayeho!!

"NTUZE WISHIRE HEJURU, AHUBWO UZOSHIRWA HEJURU N'ABABONYE IVYAMWA VYIZA WAMA"

๐Ÿ–Š Lovely Team๐Ÿ–Š

Listen to this
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/S3Mn41tbfM0

Want your business to be the top-listed Government Service in Bwiza?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Address


Bwiza