Jendre Mukwabu

Jendre Mukwabu

Teilen

đ—Łđ—źđ˜đ—żđ—¶đ—Œđ˜ 🇧🇼✊

06/06/2026

Bwana Pacifique Nininahazwe bwira abarundi ukuri kuvyerekeye iyobaruwa (ikete) ntabwo ari irya Eduard Bizimana ahubwo uyo Eduard yabaye nkumuhora wa Leo na ONAMOB kugira bashikire uwobashaka gushikiriza ubutumwa . Nkumbure usanga muvyo bamutumye ajaguserukira hiyo harivyo yakoze atakoze nkuko babimutumye.

Menya Neza Uburundi kugeza ubu , burongowe n'akagwi kabantu bakora ibibajemwo vyerekeza kunyungu zabo gusa. Abo wihenze ugakora ivyobatagutumye aho baba bagukaravye kuko ninabo bafuse uburenganzira beikugena abandi mumabanga ahambaye.

Je sindiyambwa itukura .

06/06/2026

Bujumbura – Uvira : ifatwa ry’Abenyekongo riteye amakenga

BURUNDI BWACU

Bujumbura / Uvira, 3 ruheshi 2026 – Muri aya mezi, abenegihugu benshi baturuka muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo (RDC) barafatiwe mu gisagara ca Uvira, muri Sud-Kivu, no mu gisagara ca Bujumbura, umurwa mukuru w’ubutunzi w’Uburundi uri ku birometero bike gusa uvuye i Uvira, hanyuma barungikirwa i Kinshasa. Abandi na bo barahunze ako karere baja kwinyegeza muri Tanzania, Uganda canke i Bukavu, kubw'amasoko atadukanye.

Abo bantu bafashwe ni abagirizwa kuba barashikirije ivyiyumviro vyabo binegura uko umutekano wifashe mu buseruko bwa RDC canke kuba barasohoye ivyegeranyo n’isesengura bijanye n’intwaro ibereye hamwe n’ibikorwa vya gisirikare muri ako karere.

Mu bantu bavugwa bahagaritswe harimwo Alexis Ngwega, azwi nk’umuhinga mu gusesengura ivya politike, yafatiwe i Bujumbura imbere yo kurungikwa i Kinshasa. Ku ruhande rwiwe, Ir. Jean-Pierre Zembezembe, azwi cane ku biganiro akorera ku maradiyo menshi yo muri Uvira, yafatiwe muri Beni mu ntara ya Nord-Kivu, mu buseruko bwa RDC, aho yari yagiye kurondera ukwo yoronka Passport.

Me Muzingwa, azwi nk'uwuharanira agateka ka zina muntu, na we yarafatiwe i Uvira imbere yo kurungikirwa i Kinshasa, hanyuma ararekurwa nk’uko amakuru abivuga.

Hari n’abandi bantu bazwi bo muri ako karere bavugwa muri ivyo bibazo, harimwo Maütre Mega wo muri Uvira hamwe n’uwukora ivyo gutwenza yitwa Kiroka, azwi kubera ivyo yama ashikiriza anegura bamwe mu bategetsi bo mu karere hamwe n’abari mu mashirahamwe adaharanira inyungu za politike.

Vyongeye, umukozi mu bikorwa vy’ubugiraneza Babunga Benjamin Watuna yarafatiwe i Bujumbura ku wa 26 rusama 2026 n’abakozi b’iperereza ry’Uburundi, nk’uko amasoko mu nzego z’umutekano yabibwiye SOS MĂ©dias Burundi.

Kuva muri ruhuhuma, Abanyekongo benshi barafatiwe i Uvira n' i Bujumbura. Bamwe bagirizwa gukorana n’umugwi AFC/M23. Amwe mu mashirahamwe anegura ukwo guhagarikwa, akavuga ko hari abafatwa bazira ivyiyumviro vyabo canke ivyo bashikiriza ku mugaragaro.

Amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu ahamagarira inzego zibijejwe kwubahiriza ubwigenge shimikiro, harimwo uburenganzira bwo gushikiriza ikiri ku mutima, urubanza rudahengamye, no kuraba neza ko ivyo bagirizwa vyose bishimikiye ku vyagiriji bifitaniye isano n'ubutungane.

Igihe iyi nkuru yashirwa ahabona, inzego zibijejwe ntizari bwagire ico zishikirije kuri izo dosiye zose.

Abo bantu bariko bafatwa mu gihe hari ugukomeza ugufashanya mu vy’umutekano hagati ya RDC n’Uburundi. Nk’uko amasoko mu nzego z’umutekano za Congo abivuga, abantu benshi bakekwa kuba bafitaniye isano n’umuhari wa M23 canke gukorana n’u Rwanda baramaze gufatirwa mu Burundi n’inzego z’igendereza, mu nyuma bagashikirizwa ubutegetsi bwa Congo. Bamwe muri bo barungitswe mu mabohero atandukanye y'i Kinshasa muri urwo bufatanye hagati y’ivyo bihugu.

Intambara yo mu karere ibandanya

Kuva muri myandagaro 2022, abasirikare b’Abarundi ibihumbi n’ibihumbi bararungitswe mu buseruko bwa RDC gufashanya n’igisirikare ca RDC (FARDC) hamwe n’iyindi mirwi bafashanya mu bikorwa vyo kurwanya M23.

Uwo muhari w’abarwanyi wongeye gukora kuva mu mpera za 2021, kandi ugenzura ibice vyinshi bikomeye muri Nord-Kivu na Sud-Kivu. Ubu usigaye ufatanya n’ihuriro Alliance Fleuve Congo (AFC) rirongowe na Corneille Nangaa, yahoze arongoye umurwi wigenga ujejwe amatora muri RDC (CENI).

Kinshasa ibandanya yagiriza u Rwanda gufasha M23, mu gihe Kigali ihakana ivyo yagirizwa, ikavuga ahubwo ko RDC n’Uburundi bifasha FDLR, umurwi w’Abahutu b’Abanyarwanda bamwe muri bo bagirizwa kugira uruhara muri jenoside yakorewe Abatutsi mu 1994.

Naho impande zose zibihakana, raporo zitandukanye z’abahinga b’Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU zivuga ko hari abasirikare b’u Rwanda bari kumwe n’abarwanyi ba M23 mu buseruko bwa Congo.

Inyuma y’aho M23 iviriye mu gisagara ca Uvira muri nzero guheze, hanyuma ikava no mu bibanza bitandukanye vy’ikiyaya ca Rusizi, igisirikare c’Uburundi carongeye kurungika abasirikare muri Sud-Kivu baciye ku kiyaga Tanganyika.

Intambara iracabandanya gutuma abantu benshi bava mu vyabo bahungira mu bihugu bibanyi canke mu bibanza biboneka ko bifise umutekano, naho hari utwigoro twinshi twa dipolomasi dufise intumbero yo kugarukana amahoro n’umutekano mu karere k’Ibiyaga Binini.

04/06/2026

Reka ndakwunganire muntu wagize icuvuga ugakoresha iyifoto.

Ubundibwo ivyowayivuzeko nivyo ariko ico nsanze utaramenya nigutandukanya ivyikigihugu uko biba bimeze.

Tandukanya Police National du Burundi na Cinjire ya ya Pierre Nkurikiye.

Aba bana bacinjire bazanwa muvyo batazi kuko bamwe muribo iconzi nuko bakugwa mumbonerakure zimwe zirara zirakizura. Niko kwuko gufata umuntu nkuyo ukacuja kumuzeza amabanga y'Igihugu biramugora gukora ivyozanira inyungu kugihugu kuko evaluation yiwe ntabwo ariyivyunguka ahubwo niyokwirukanga kubo batavugarumwe .

Mbe woba wibuka uwuheruka kurasa umuntu amuhora ko yase kumusimya kugwagwa ?

Nuko nuko nyamiyabaga ya semudede ibiteye kuko ninako baba baraforomwe imbere yokeinjizwa mwivyo twita ngo ni Police d Bdi.

Photos from Jendre Mukwabu's post 31/05/2026

Uyumwana reka tuvuge ko yakuriye muri Australia. Ariko ageze hano muburundi nuko atamenye ngo canke amenyeshwe system yaba semudede uko imeze.

Ntibwakeye kabiri yisanze murivyobintu bigiye kumuhitana.

Abo iyobagukoresheje bakabonako ivyobagukoresheje bihagije kuribo, baca bakwica kuko ntibasha ko uzoza kubaraeaza. Iryo niryo ragi Pierre Nkurunziza yabasigiye iyoyinyegereye mumahanga.

Photos from Jendre Mukwabu's post 31/05/2026

Imbwa itukura yadusangije inkuru yamuka Evariste Ndayishimiye visi perezida w'Uburundi ukuntu amamilliard yofashije mubindibikorwa vy'Igihigu yayajanye muruganda rwa umwimvyi wazahahu mu BURUNDI BWACU .

Bucakabiri babakone nka Alphonse Mali Kadege Umunyarutana niwe abizi ayomwamukoreye.
Bon Dim madame Kirogorogo.

31/05/2026

Ubu icondikubona; abasemudede kubatako inkubira bisa nkikubihendako .

Impamvu

Sintahura ukuntu umuntu ntanamafaranga yokugura yeboyebo yambara, yoja mubintu nkivyo. Ivyobintu birayobeye cane. Nigute umuntu atagira na 10mille fbu murunani gwa "Fenacobu" yoja mubintu nkivyo. Inyungu baba barigukurayo niyihe ?

Tuvuge kwa Réverien Ndikuriyo yoba yarabaroze ?
Nimba ariwe yabarize, ubwoburozi yabukuye hehe ?
Yoba yabuhawe nuryamuhakazi wiwe yarongoye w'ikigoma muri kazuramimba ?

Ibibintu birayobeye kurugero n'abamalayika bohezagiye iki Gihugu iyohageze ko baza guhezagira abakibamwo bagasanga numuntu atazi kwigurira yeboyebo arimwikarashishi rya semudede fddd arimurivyo bagaca bisubirira inyuma.

31/05/2026

Uyumu prona dd kubintu bimwe bimwe bishika akavuga , uwuzojana navyo azoba aguye mumanga .

Umwumwumvirije murako kareresi ahavugako ariwe yafutse umutaka Paul Kagame , simbitahura kuko iconzi co ahantu haba hagiye canke hakoraniye abategetsi nkabo, haba hari cctv camera, haba hari abanyamakuru bigenga, haba hari ibinyamakuru namaradio na television bitandukanye, nikuki ibibintu avuga atakinyamakuru nakimwe cabisize ahabona?

Kagame murazi kumuvuga nkaho menga nibabashingamateka n'abashikirangaji munyuruza mukaja kwica ntihagire igikurikirana.!!

29/05/2026

Yoba arintwaro yoguturira amasoko ?

Iyingeso yatanguye muri 2007 aho isoko ya Kayogoro ariyo yatanguye gusha ariko munyuma uko amasoko yagiye arasha bibonekako arimuri wa mugambi Edward Nduwimana yabwira abarundi igihe hari hahejeje gusha issoko nkuru ya Bujumbura

25/05/2026

Evariste Ndayishimiye murabona ahomugejeje abana buburundi kweri ?

Ururudandazwa gw'abantu mukora muribazako hari nigwere gwozanira Igihugu ?

Uyu n'umwe mumivumo ubutegetsi bwikigihe bukwegera mugihugu.

25/05/2026

Cndd-Fdd iyaba mugendera ivyomuvuga ko mwagwaniye, ntakajagari kokurugero nkuru tuba tubayemwo. None kwarimwe mwahisemwo kugwanya ivyomwagwanira reka nkumbure ababigwanira mubareke baze kuritere babigwanire nkumbure bo ntibazoza nkabahahora.

Wollen Sie Ihr Service zum Top-Regierungsdienstleistung in Berlin machen?

Klicken Sie hier, um Ihren Gesponserten Eintrag zu erhalten.

Lage

Adresse


Berlin