Fraternité des Patriotes Ineza-FPI

Fraternité des Patriotes Ineza-FPI

Share

Bienvenue sur la page officielle de la " Fraternité des Patriotes Ineza-FPI", un parti politique agréé au Burundi.

01/06/2026

🟠 KO UMENGO MUFISE IMPUNGENGE YUKO AMATORA ATAZOGENDA NEZA?

📽️: Ikiganiro umukuru w'umugambwe FPI Francis ROHERO, yagiranye n'ikimenyeshamakuru

Uripfuza kuba mumuryango wa FP-INEZA?
Injira muri iyi link ya WHATSAPP Channel uze uraharonkera amakuru yose ya FPI ku mwanya : https://whatsapp.com/channel/0029VazfN553bbUxdUWIEY3e

🍊

28/05/2026
27/05/2026

🟠 La Fraternité des Patriotes Ineza souhaite une excellente fête de l’Eid al-Adha à toute la communauté musulmane.

Que cette célébration soit porteuse de paix, d’unité et d’espérance pour un Burundi plus fraternel et prospère. 🇧🇮🤝🌙✨

25/05/2026

🟠UMUKURU W'IGIHUGU YARABWIYE ABASERUKIRA IMIGAMBWE INTANDUKANYE KO BOJA HAMWE BAGATORA UMU CANDIDAT AFISE INGUMVU YOHANGANA NAWE. IRYO JAMBO MURYAKIRA GUTE?

📽️: Ikiganiro umukuru w'umugambwe FPI Francis ROHERO, yagiranye n'ikimenyeshamakuru

Uripfuza kuba mumuryango wa FP-INEZA?
Injira muri iyi link ya WHATSAPP Channel uze uraharonkera amakuru yose ya FPI ku mwanya : https://whatsapp.com/channel/0029VazfN553bbUxdUWIEY3e

🍊

22/05/2026

🟠 KUBONA UMUGAMBWE CNDD FDD YASUBIYE KWIZERA NYAKUBAHWA ÉVARISTE NDAYISHIMIYE NGO AWUSERUKIRE MUMATORA, MWAVYAKIRIYE GUTE?

📽️: Ikiganiro umukuru w'umugambwe FPI Francis ROHERO, yagiranye n'ikimenyeshamakuru

Uripfuza kuba mumuryango wa FP-INEZA?
Injira muri iyi link ya WHATSAPP Channel uze uraharonkera amakuru yose ya FPI ku mwanya : https://whatsapp.com/channel/0029VazfN553bbUxdUWIEY3e

🍊

20/05/2026

🟠 HARI IMIGAMBWE ITARI MIKE YAVUZE KO IZITABA AMATORA ARUKO INZITIZI ZITARI NKE MUNTUNGANYO Y'AMATORA ARUKO ZIHAVUYE. MWEBWE NIKO MUBIBONA?

📽️: Ikiganiro umukuru w'umugambwe FPI Francis ROHERO, yagiranye n'ikimenyeshamakuru
Uripfuza kuba mumuryango wa FP-INEZA?
Injira muri iyi link ya WHATSAPP Channel uze uraharonkera amakuru yose ya FPI ku mwanya : https://whatsapp.com/channel/0029VazfN553bbUxdUWIEY3e

🍊

Want your business to be the top-listed Government Service in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Telephone

Address

32, Boulevard Du Japon
Bujumbura